Umukuru wa Besketball Africa League (BAL) yatangaje ko umugwi Dynamo w'Uburundi wari witavye ihiganwa rya BAL 2024 uryikuyemwo kuko wanse kabiri gukina wambaye umwambaro ukwije ibisabwa n'abatunganya ...
Mu nkino z’amaboko za basketball zitiriwe Basketball Africa League (BAL 4) zaraye zitanguye muri Afrika y’Epfo, umurwi Dynamo userukira Uburundi muri izo nkino waranse gukina wambaye umwambaro ...